Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : film Umutengo izoza itavyorosha

INKURU ISHUSHE : film Umutengo izoza itavyorosha

239
0

Kuncuro ya mbere abaririmvyi bakoma komeye bahurikiye muri Rumonge Fleva muntara ya Rumonge  Tigger Brizz, Famous n’abandi bakinyi bamareresi bakomakomye bomuriyo ntara bazogaragara muri film « UMUTEGO » igiye gusohoka vuba.

Nkuko vyashikirijwe n’muyobozi wa TV Online Iciza TV yo muntara ya Rumonge Kévin yamenyesheje ko iyo film Umutego izoba série kandi yaraheze gukogwa aho hasigaye gusohoka.

19202cookie-checkINKURU ISHUSHE : film Umutengo izoza itavyorosha
Previous articleINKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa Ntarukundo amufiteye- Juliafox
Next articleAUDIO GOSPEL | Adolphe – Umucunguzi | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here