Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa...

INKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa Ntarukundo amufiteye- Juliafox

229
0
Umwigeme Juliafox muri ikigihe arimuri relartion y’urukondo na Kanye West yivuguruje abantu babandanya bamutera amajambo ko ari kwa Kanye mubusuma gusa ntarukundo afise yishakira amahera yiwe gusa nokumekana biciye kuri Kanye.
“Biranezereza cane kubona abantu bamvuga ko ndi kwa Kanye West kubera kurondera kumenyekana n’amahera yiwe, nimugihe mubuzima bwaje bwose kuva ndi umukobwa akuze namye ngendana n’abantu batunze sana bafise amabirioni y’amahera gusa, reka mvuge”.
Julia ayomajambo akaba yayavugiye muri podcast yiwe “Forbidden Fruits” ndetse yaranavuze urutonde gw’mazina  yabo yigeze kugendana nka Madonna, Antonio Brown na Floyd Mayweather.https://www.youtube.com/watch?

 

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

19160cookie-checkINKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa Ntarukundo amufiteye- Juliafox
Previous articleGOSPEL NSHASHA | Innocent KAZERA ft Big Fizzo – Ume Tukuka Remix | Download
Next articleINKURU ISHUSHE : film Umutengo izoza itavyorosha

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here