INKURU SHASHA : Abansi Banje Kumengo Bacitse Inguvu – Arnovic

INKURU SHASHA : Abansi Banje Kumengo Bacitse Inguvu – Arnovic

24 January 2022 0 By KAMIKAZI

Umumuririmvyi ari Hit kundirimbo “My WifeArnovic beshi bamuzi nokwizina  “Nduwokumashuha” yerekanye ko yifuza abansi bashasha nkuko ya bicishije kuri instagram yiwe ngo abansi yarafise baracitse inguvu, Arnovic yanditse ati : “Abansi banje kumenga bacitse inguvu???? Ndakeneye abandi bashasha kuko ndaje kandi gusubira kumpagarika bizobagora. Mu RUMONGE ntamu BOYI canke umu YAYA avayo ndetse ntanumu TAXIVELO”.

Tukwibutse ko muriki gihe Arnovic ntakibarizwa muri Team Master Muzik ya vuyeyo muntumbero yugukora yigenga naho gushika ubu ntara shohora indirimbo nshasha aho yaharagaje ko agiye gusohora indirimbo zoguhimbaza Imana gusa.

Rumonge ni WACHAWI, Fabby Tozzy afunguka makubwa kuhusu Rumonge

Facebook Comments Box
19020cookie-checkINKURU SHASHA : Abansi Banje Kumengo Bacitse Inguvu – Arnovic