INKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’
Harihagizimisi haboneka amasanamu(Video) ya MUTIMA ari muri Studio ariko ariko arategura indirimbo aho yariko araririmba,besnhi baribajije ko aribimwe vyiwe vya gutwenza gusa canke yariko...
INKURU ISHUSHU : Alvin Smith Agiye kuva Mugacerere
Umuririmvyi Alvim Smith ahejeje gushira kumugaragaro yuko agiye kuva mugacerere yara mazemwo igihe kitari gito inyuma yogusohora indirimbo 'Hahiye' arikumwe na Double Jay amezi...
INKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero
Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu abandanya yerekana ko umuziki ushobora gutunga abaririmvyi ndetse bakawungukiramwo bakanateza imbere igihugu, ivyo akaba yabivugiye munama nurwaruka gwabagwizatunga ejo kuwakane...
INKURU SHASHA : Woba Witeguye Gute Kwakira indirimbo Nshasha? – Freema Boy
Umuririmvyi Freema Boy ari Hit kundirimbo 'Fata Umwana' ngo woba witeguye gute mukwakira indirimbo wiwe nshasha, ivyo akaba yabibajije kurubuga gwiwe gwa instagram aho...
INKURU ISHUSHE : Imigwi 17 niyo Izohiganwa Muri MPAKA KUCHE DANSE CHALLENGE
Imigwi yashoboye gukwiza ibisabwa mukwinjira mwi higanwa 'Mpka Kuche Danse Challenge' ihiganwa rwateguwe n'umuririmvyi Frank Duniano kundirimbo yiwe Mpaka Kuche n'imigwi 17, nkuko Frank...
INkURU ISHUSHE : Berry Music Muvyishimo Inyuma Yo Kugarukana Compte Ya YouTube Yiwe
Hari hamaze imisi umuririmvyi Berry Music arimugahinda inyuma yuko atashobora gukoresha Chanel yiwe ya YouTube nkuko ya bigaraje kurubuga gwiwe gwa instagram hari umuntu...
INKURU ISHUSHE : NEW FORCE CLASSIC Label Nshasha Muntara Ya Rumonge –...
Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2022 niho umuririmvyi KAMWENUBUSA Hasssani a.k.a Aslove Kamwe ari hit kundirimbo "MTEREZO" yara yerekena Label yiwe izoba...
INKURU ISHUSHE : Lolilo Ari murukumbuzi G’umuvyeyi Wiwe
"Miss you Mom" niyo majambo Lolilo yanditse kuri instagram yiwe agaragaze inkumbu ikomeye cane kumuvyeyi wiwe, ayo majambo yakaba yarikumwe ni foto aho vyoba...
NIKURU ISHUSHE : Masterland yaraye yuriye Indege
Mukirundi bati akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, umuririmvyi ari hit kundirimbo "Nsomya" Masterland yaraye yuriye indege afata urugendo nkuko ya bicishije kuri instagram yiwe,...
INKURU ISHUSHE : Ngizi Indoto za Miss Erica zoguhura N’umukuru w’igihugu Cacu
Umuririmvyi kazi Irakoze Erica a.k.a Miss Erica yaraye yerekenye indoto ziwe zoguhura na President Evariste NDAYISHIMIYE abicishije kuri instagram yiwe, Miss Erica kuri poste yiwe...