INKURU ISHUSHE : Lolilo Ari murukumbuzi G’umuvyeyi Wiwe

INKURU ISHUSHE : Lolilo Ari murukumbuzi G’umuvyeyi Wiwe

31 janvier 2022 0 Par H. Mervis

« Miss you Mom » niyo majambo Lolilo yanditse kuri instagram yiwe agaragaze inkumbu ikomeye cane kumuvyeyi wiwe, ayo majambo yakaba yarikumwe ni foto aho vyoba bigaragara ko yoba ari umuvyeyi wa lolilo.

Lolilo ntavyishi yanditse naho ari ubwambere yagaragaje iyofoto,.

Detama Usseni na H wa mchana Fabby Tozzy, Rumonge akuna Uchawi

Facebook Comments Box
19590cookie-checkINKURU ISHUSHE : Lolilo Ari murukumbuzi G’umuvyeyi Wiwe