NIKURU ISHUSHE : Masterland yaraye yuriye Indege

NIKURU ISHUSHE : Masterland yaraye yuriye Indege

31 janvier 2022 0 Par KAMIKAZI

Mukirundi bati akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze, umuririmvyi ari hit kundirimbo « Nsomya » Masterland yaraye yuriye indege afata urugendo nkuko ya bicishije kuri instagram yiwe, Masterland yerekenye amafoto ari kukibuga c’indege Melchior Ndadaye mugisagara ca Bujumbura aca aherekeza na kajambo 🇧🇮>🇪🇹>🇲🇱.

Benshi bariko baribaza vyishi kururwo rugendo yaraye afashe ko yoba ari indumbero yo kwagura ibikogwa vyiwe vy’umuziki, naho atarasohoro indirimbo yogutangura umwaka 2022.

Facebook Comments Box
19550cookie-checkNIKURU ISHUSHE : Masterland yaraye yuriye Indege