Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : NEW FORCE CLASSIC Label Nshasha Muntara Ya...

INKURU ISHUSHE : NEW FORCE CLASSIC Label Nshasha Muntara Ya Rumonge – Aslove Kamwe

206
0

Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2022 niho umuririmvyi KAMWENUBUSA Hasssani a.k.a Aslove Kamwe ari hit kundirimbo “MTEREZO” yara yerekena Label yiwe izoba iyitwa NEW FORCE CLASSIC, Aslove Kamwe yerekenye bamwe bazoba zari muri comite yo kurongora N.F.C  nimugihe bari bakoranye munama yabo yambere yiyo Label.

Tukwibutse ko Aslove kamwe nimvukira yo muntara ya Rumonge ariko Ubu abaka ari mugihugu c’afrika yefo, Aslove Kamwe akaba yamenyesheje ko vuba agiye kwerekana abaririrmvyi bazoba bari muri Record Label yiwe New Force Classic.

Detama Usseni na H wa mchana Fabby Tozzy, Rumonge akuna Uchawi

19710cookie-checkINKURU ISHUSHE : NEW FORCE CLASSIC Label Nshasha Muntara Ya Rumonge – Aslove Kamwe
Previous articleVIDEO | Detama Usseni na H wa mchana Fabby Tozzy, Rumonge akuna Uchawi
Next articleVIDEO LYRICS | Rachly Nish ft Pamy Queen -Turahuza | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here