Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Ngizi Indoto za Miss Erica zoguhura N’umukuru w’igihugu...

INKURU ISHUSHE : Ngizi Indoto za Miss Erica zoguhura N’umukuru w’igihugu Cacu

281
0

Umuririmvyi kazi Irakoze Erica a.k.a Miss Erica yaraye yerekenye indoto ziwe zoguhura na President Evariste NDAYISHIMIYE abicishije kuri instagram yiwe, Miss Erica kuri poste yiwe yerekanye ifoto yaba star bakomakomenye barikumwe na President aca yandi ati :

“Muvyeyi mwiiiza w’urwaruka, nukuri Sindagira amahirwe yogutegwa iteka ryuguhura namwe papa mwiza nkundaa, papa wabana benshi, nukuri igihe mbonye ino pfoto kumbuga nkoranya mbaga zitandukanye, naryohererewe iryo sanamu Kandi ndongera nunva ngize une tres grande souhait yokuzohura numu vyeyi nfata nka citegererezo cyiza c’indoto zanje.  Son excellence Mr le president,Evaste NDAYISHIMIYE ,niwubahweMuvyeyi.
Amazina yanje banyita Irakoze Erica, nanje nkaba ndirimba,, Kandi mperuka nogukoreshwa ikiganiro nshikiriza mon plus grand souhait de mes rêves nogira ibakwe (émission télé Umukubito show) kikabashikira niyo casohoka , Nukuri Imana inyunve,noryoooooohegwa bitagira uko bingana.
ndafise inzozi nanje kugihugu canje, cacu c’uburundi gihugu ciza giteye igomwe canyibarutse. Kimwe mundoto zanje (nuguhura n’umukuru wigihugu nkamusaba kunkurikirana nanje ,mubana b’igihugu bifuza kuzana abakera rugendo (tourist) kwama hano iwacu gutamarira ivyiza vyinshi bigengwa n’uburundi nogushora, na cane cane bakazanwa nogutamarira inyungu zimpano zitandukanye muvyicaro bitandukanye,.biherekwa n’imigenderanire myiza
iwacuharambe ubumwe n’urukundo n’amahoro bitugenga”. Miss Erica

TWENGA : RABA INNGENE ABAVUVYI BAHORA BAGWA MUMAZI KUBERA MUKEKE ( VIDEO DROLE )

https://www.youtube.com/watch?v=Ra0x5MYEFMs&t=9s

19481cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ngizi Indoto za Miss Erica zoguhura N’umukuru w’igihugu Cacu
Previous articleAUDIO | B Face ft Rap Business Rapperz – Ibibazo | Download
Next articleDUTWENGE : Raba Ingene Abavuvyi Bahohora Bagwa Mumazi Kubera Umukeke (Video Drole)

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here