Epidey Winner Isango Nejo Kumunsi Wa Gatatu
Umurirmvyi umwanditsi windirimbo SAY YES ariwe Epidey Winner mbere ahurikiye muri AGAPE Record abandanye kwemerera abakunzi b'indirimbo ziwe ko isanga ari kuruwu wagatatu igenekerezo...
Ejo Sikera Nimubemurakaraba : Mb Data
umuririmvyi Mb Data umwanditsi windirimbo zitandukanye mbere ari hit kutundirimbo Yilekelemwo imaze amezi abiri isohotse kuko yasohotse hari itariki 16 /05/2022 aho gushika ubu...
Natacha Burundi Arimubaririmvyikazi Bafise Akanoti mu Burundi
Natacha Burundi arimumugwi wa baririmvyi n’abaririmvyi kazi ndundi bagaragaza indoto zabo zogushikana kure mukumenyeka nisha umuziki ndundi n’imico nakaranga ko mugihug cacu.
Nahabiruko benshi bavuganye...
Ubutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo.
Vyamye bivugagwa ko mu muziki ndundi hoba rahi abaririmvyi bagarira mukwishira hejuru kubakunzi bibikoga vyabo kuko benshi bakunda kubivuga abati : abaririmvyi bubu nabakera...
Umuririrmvyi Best One Niwe Yareamishije Mubirori Kumusi Yokugwanya ibiyayuramutwe
Hari kuruyi wimana igenekerezo rwa 26 Ruheshi aho haranse hahaimbazwa umusi twibuka kugwanya ibiyayuramutwe no kwigisha hamwe no guhanura abihereza ibiyayuramutwe kucijugo y'umaka ni...
Ado Josan Yamaze Gushika Mu Burundi Mugutegura Igiteramo Kizobere Mugisagara ca Ngozi
Umuririmvyi w'umurundi Ado Josan asazwe aba mu gihugu ca Finlande kuruyu wa gatanu igenekerewo rwa 17 Rusama 2022 niho yashika ku kibuga c’indege mpuzamakungu...
INDONYI RECORD Igiye Guhindura Vyishi Harimwo noguhindura Izina Vuba
Inzu ihinyanyira umuziki muburundi izwi kwizina INDONYI RECORD ngo vuba igiye guhindura uko yahora ikora noguhindura ibintu vyishi murivyo izohindura n'izina ive kuri INDONYI...
Trey Zo & Rappy Boy Bagiye kuva muga cerere barikumwe na Berry Music
zabujaAbaririmvyi Trey Zo na Rappy Boy abanditsi bindirimbo zitandukanye mbere na hit y'indirimbo Yooh biyemeje gushira kumugaragaro indirimbo nshasha nkuko babigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi...
Ukwiyandiki Mw’Ihiganwa NANJE NDARIRIMBA 2ème EDITION Vyatanguye
Ihiganwa rigaragaza impano yabanya muziki NANJE NDARIRIMBA risanzwe ritunganya ISANAMU irikumwe na BANTU BWOY ENTERTAINMENT kucuro yakabiri riragarutse aho ukwiyandikisha vyatanguye uyumusi itariki 14...
Belle 9ice Ngo ntiwitinye kumubaza ico ushaka
Umuririmvyi kazi Belle 9ice yuguruye imyango kubantu bose n'abakunzi bibi kogwa vyiwe bose mukwakira ibibazo kuwariwewese ashaka kumubaza ikibanzo ashaka, ivyo akaba hehejeje kubibigaragaza...