Home ENTERTAINMENT Ubutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo.

Ubutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo.

247
0

Vyamye bivugagwa ko mu muziki ndundi hoba rahi abaririmvyi bagarira mukwishira hejuru kubakunzi bibikoga vyabo kuko benshi bakunda kubivuga abati : abaririmvyi bubu nabakera baratandukanye cane munyifato nimico, abubu nibiyasho.

Umuririvyi Freema Boy umwanditsi windirimbo Loloh imwe mundirimbo iriko irakora neza mimuziki ndundi yatanze impanuro kubaririmvyi bagenzi biwe aho yabasavye kugendera akaranga kabakera mubuzima nomubikogwa bariko barakora kugira bashike kure.
lMukirundi bati igutugu kirakura ntihisumba izosi nta mustar adashigikigwa n’aba fans, ntamuririmvya adafise aba fans.

Freema abicishije kuri page ya facebook yiwe yanditse ati : Kwitonda kwicisha bugufi nogusonera mugenzawe nogusonera kandi umu fans wawe bizo gushikana ku ndoto zawe  Umuziki wubu numuziki wakera haritandukaniro rinini cane  Umuziki wubu usaba Budge.

26662cookie-checkUbutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo.
Previous articleUmuririrmvyi Best One Niwe Yareamishije Mubirori Kumusi Yokugwanya ibiyayuramutwe
Next articleNatacha Burundi Arimubaririmvyikazi Bafise Akanoti mu Burundi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here