8 juillet 2022 0 Ubutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo. Par KAMIKAZI Vyamye bivugagwa ko mu muziki ndundi hoba rahi abaririmvyi bagarira mukwishira hejuru kubakunzi bibikoga vyabo kuko benshi bakunda kubivuga abati…