Natacha Burundi Arimubaririmvyikazi Bafise  Akanoti mu Burundi

Natacha Burundi Arimubaririmvyikazi Bafise Akanoti mu Burundi

27 July 2022 0 By KAMIKAZI
 Natacha Burundi arimumugwi wa baririmvyi n’abaririmvyi kazi ndundi bagaragaza indoto zabo zogushikana kure mukumenyeka nisha umuziki ndundi n’imico nakaranga ko mugihug cacu.

Nahabiruko benshi bavuganye na zabuja.com baremeza ko igice kinini c’ibikogwa vy’umuziki bisaba umufuko munini amafaranga ngo : « Ntawurota iterambere atara bukura mucibo ».

Kutagira umufuko mwiza biri mubituma abaririmvyi benshi indito zabo zogushika kure mumuziki zitaba réelle, Natacha Burundi ari mubaririmvyikazi bafise akanoti naho bigoye kwemeze igitigiri yoba afise eka n’amatungo yiwe yari mwibanga, ariko abarundi baremera ko uwuzingukanye inzara araboneka.

Promotion gratuit whatsapp +25775863002
Download free Music www.zabuja.com

Facebook Comments Box
26710cookie-checkNatacha Burundi Arimubaririmvyikazi Bafise Akanoti mu Burundi