Hari amakuru avugwa kuri Umukinyi Olivier Bayizere

Hari amakuru avugwa kuri Umukinyi Olivier Bayizere

28 juillet 2022 0 Par KAMIKAZI
Amakuru ariko aravugwa kuri Olivier Bayizere umusatirizi wa Messager Ngozi FC yanaciye mu migwi itandukanye nka Flambeau du Centre wo mu gisagara ca Gitega ashobora uyu mwaka w’inkino wa 2022-2023 kutazokinira umugwi wiwe wa Messager Ngozi FC.
Tubamenyeshe ko uwo mukinyi Olivier Bayizere kuva ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryo mu mwaka uheze rirangiye ntaraboneka muri uwo mugwi haba mu myimenyerezo canke mu nkino za kivandimwe uwo mugwi wagiye urakina witegurira ihiganwa buca ritangura.
Facebook Comments Box
26750cookie-checkHari amakuru avugwa kuri Umukinyi Olivier Bayizere