Home ENTERTAINMENT Umuririrmvyi Best One Niwe Yareamishije Mubirori Kumusi Yokugwanya ibiyayuramutwe

Umuririrmvyi Best One Niwe Yareamishije Mubirori Kumusi Yokugwanya ibiyayuramutwe

187
0

Hari  kuruyi wimana igenekerezo rwa  26 Ruheshi aho haranse hahaimbazwa umusi twibuka kugwanya ibiyayuramutwe no kwigisha hamwe no guhanura abihereza ibiyayuramutwe kucijugo y’umaka ni support don’t punish bikaba bifise insigurio mfasha ntumpane.

Ivyo birori bikaba vyatunganijwe n’amashirahamwe ajejwe kwigisha ugwaruka ukwo gwokwitwara muguheba ibiyayuramutwe nka ABMPD hamwe na ABS, Umuririrmvyi Best One umwanditsi windirimbo KAZE niwe yari yatumiwe guteramisha abaringaho, ivyo birori bikaba vyareye Mukigo Nyumviriza kiri muri Quartier Kukinanira 3.

Amwe mumajambo yahashikirijwe hari uguhimiriza abajejwe gufata ingingo kubanywa drogue na bo abajejwe umutekano Police Kutirukira gupfunga ababinwa, ahubwo ko bobegera bakabigisha uko bari bubihebe Kuko no mubusho canke mumpimba hose biriyo  mugihe umuntu afata ibiyayura mutwe umupfunze ubimuhora ntaco uba umufashije Kuko niyo uba umutwaye abisangayo.

 

26550cookie-checkUmuririrmvyi Best One Niwe Yareamishije Mubirori Kumusi Yokugwanya ibiyayuramutwe
Previous articleVIDEO NSHASHA | MT Number One – Tujane
Next articleUbutumwa Bwa Freema Boy ku Baririmvyi Badasonera Abafans Babo.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here