Belle 9ice Ngo ntiwitinye kumubaza ico ushaka

Belle 9ice Ngo ntiwitinye kumubaza ico ushaka

14 juin 2022 0 Par H. Mervis

Umuririmvyi kazi Belle 9ice yuguruye imyango kubantu bose n’abakunzi bibi kogwa vyiwe bose mukwakira ibibazo kuwariwewese ashaka kumubaza ikibanzo ashaka, ivyo akaba hehejeje kubibigaragaza kuri page yiwe ya facebook

Tukwibutse ko Belle 9ice adaherutse gusohora indirimbo nshasha kuko ni amezi ata ndatu yaraheze asohoye EP yiwe aho itagarahaye neza kubakunzi bumuziki ndundi ugererajije nabarorerezi kuri chanel ya youtube yiwe, aho indirimbo imwe itararenza abarorerezi ibihumbi mirongitatu 30 K  (30.000 veus).

Ibibazo vyishi vy’abakunzi biwe ahanini niku ndirimbo nshsha bati :Twitege umuziki mushasha ryari? Nivyahe bintu de special umaze gukura mumuziki? Ufise niveau d’étude ingana gute?

Belle 9ice ico yakoze nikintu ciza co kuyaga n’abamukwirikirana n’ikintu abaririmvyi beshi ndundi badakora, kimwe ntituzi ko Belle 9ice ahava yishira ibibazo vyosenkukobabimubaza.

Belle 9ice

Facebook Comments Box
25480cookie-checkBelle 9ice Ngo ntiwitinye kumubaza ico ushaka