Ejo Sikera Nimubemurakaraba : Mb Data

Ejo Sikera Nimubemurakaraba : Mb Data

30 July 2022 0 By H. Mervis
umuririmvyi Mb Data umwanditsi windirimbo zitandukanye mbere ari hit kutundirimbo Yilekelemwo imaze amezi abiri isohotse kuko yasohotse hari itariki 16 /05/2022 aho gushika ubu imze kuraba n’abantu barenga 23.000 kuri chanel ya youtube yiwe, indirimbo Yilekelemwo yasohitse amajwi gusa ntama sanamu gushika ubu Mb Data arayikorera.
Mb Data nkuko yabimenyesheje zabuja.com yavuzeko kuruyu wimana itariki 31/07/ 2022 azo rekura indirimbo yiwe nshasha KARIMBA » yakoranye n’umuririmvyikazi  aherutse gukorana indirimbo na Channy Queen indrimbo Ni Wewe ariwe Bechou Bebe umuririrmvyi bigaragara ko arako arakora neza muriki gihe , indirimbo yibaza ko ushimisha benshi bivanye nuko ikozwe.
Promotion gratuit whatsapp +257 75863002
Download free Music www.zabuja.com
Facebook Comments Box
26890cookie-checkEjo Sikera Nimubemurakaraba : Mb Data