Ukwiyandiki Mw’Ihiganwa NANJE NDARIRIMBA 2ème EDITION Vyatanguye

Ukwiyandiki Mw’Ihiganwa NANJE NDARIRIMBA 2ème EDITION Vyatanguye

14 juin 2022 0 Par KAMIKAZI
Ihiganwa rigaragaza impano yabanya muziki NANJE NDARIRIMBA risanzwe ritunganya ISANAMU irikumwe na BANTU BWOY ENTERTAINMENT  kucuro yakabiri riragarutse aho ukwiyandikisha vyatanguye uyumusi itariki 14 /06/2022 nkuko vya garagajwe kubuga ngurukana bumenyi page za facebook na instagram za ISANAMU na bantu bwoy ent, hane shizwe nisiguro ningene uwushaka kwiyandikisha uko yokora.
Guhera uno munsi Murashobora kwiyandikisha kuri Facebook na Instagram za ISANAMU hamwe no kuri Bantubwoy275 kugira muje mubazohiganwa muri nanje ndaririmba igice ca kabiri.
Mukwiyandikisha musabwe kwandika message inbox/DM ibikurikira:
– Amazina yose ( Votre nom et prénom )
– Aho muba ( Avotre adresse actuelle )
– Itariki n’umwaka w’amakuvo ( Votre date de naissance )
– Numéro ya téléphone ( Votre numéro de Téléphone )
– Hamwe na Adresse e-mail ( ainsi que votre adresse e-mail )
Facebook Comments Box
25590cookie-checkUkwiyandiki Mw’Ihiganwa NANJE NDARIRIMBA 2ème EDITION Vyatanguye