Home ENTERTAINMENT Trey Zo & Rappy Boy Bagiye kuva muga cerere barikumwe na Berry...

Trey Zo & Rappy Boy Bagiye kuva muga cerere barikumwe na Berry Music

413
0

zabujaAbaririmvyi Trey Zo na Rappy Boy abanditsi bindirimbo zitandukanye mbere na hit y’indirimbo Yooh biyemeje gushira kumugaragaro indirimbo nshasha nkuko babigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye zabo instagrame na page facebook.

Trey Zo na Rappy Boy ngo iyo ndirimbo izoza ari igisasu gikomeye mumuziki ndundi koko bakoranye n’umuririmvyi atariko aravyorosha murikigihe mumuziki ndundi nawe s’uwundi ni Berry Music niwe azo garagara kucuro yambere mundirimbo ya Trey Zo na Rappy Boy.

Naho biruko ntibaragaragaza izina ry’iyo ndirimbo gushika ubu ntanumwe aramenye izoba yitwa gute? Mbere ntiramenyekana ko izoba ari video canke audio, ariko abaririmvyi Trey Zo na Rappy Boy nibamwe mubarrirmvyi ndundi bakuzwe cane kundirimbo zabo zibiri Yooh na Yooh Remix, Yooh imaze kurabwa n’abantu barenga 600.000 vues kuri youtube ikaba imaze amezi 9  kuva isohotse nayo indirimbo  Yooh Remix imaze kurabwa n’abantu barenga 900.000 vues kuri youtube ikaba imaze amezi 6  kuva isohotse nayo indirimbo.

25741cookie-checkTrey Zo & Rappy Boy Bagiye kuva muga cerere barikumwe na Berry Music
Previous articleVIDEO NSHASHA | Rachly Nish – Polepolema | Dwonload
Next articleVIDEO LYRICS | Metou Brown – Crazy Love

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here