Epidey Winner Isango Nejo Kumunsi Wa Gatatu

Epidey Winner Isango Nejo Kumunsi Wa Gatatu

2 août 2022 0 Par KAMIKAZI

Umurirmvyi umwanditsi windirimbo SAY YES ariwe Epidey Winner mbere ahurikiye muri AGAPE Record abandanye kwemerera abakunzi b’indirimbo ziwe ko isanga ari kuruwu wagatatu igenekerezo rya 03 08 2022 aho azoshira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha izosohoka yitwa AKANTU aho yahinyanyuwe n’umuhinyanyuzi Crovis OG.

 

Nta ukuri aragaragaza Epidey Winner yuko iyo ndirimbo izosohoka ari audio canke video, naho aruko Epidey Winner n’umuririmvyi ahanini atagaragara cane mugukora ama video keshi asohora ama audio gusa ico naco nikwe mubintu vyotuma adashika kure kuko abahinga b’umuziki baremeza ko iyo umuririmvyi yasohoye video keshi irashika kure sicokomwe na audio.

Indirimbo SAY YES gushika ubu imaze kurambwa n’abantu barebga 3.000 kuri chanel ya youtube yiwe

Tuna mpenda sana Mutima le Comedien ndomana tume mleta… Forever Band wafunguka Mengi

 

 

Facebook Comments Box
27011cookie-checkEpidey Winner Isango Nejo Kumunsi Wa Gatatu