Drama T aridogerwa cane nuwatsinze ihiganwa rya ( KODE CHALLENGE ) , umutamvyi yitwa...
Tony Thibaut Amwagiriza kutamuha Amafaranga yose yatsindiye ( 1.000.000 Fbu ) , ahubwo akamuha ibihumbi amajana atanu nayo nyene bigoranye .
Uyu mutamvyi aganira n'ikinyamakuru...
Kaberna yahoze ari umumenyeshamakuru kuma samirizi atandukanye , agiye gukorana indirimbo na Kellyna.
Kaberna beshi bahora bamuzi mubiganiro bitandukanye nk'umumenyeshamakuru kuma samirizi yo Mu Burundi nka CCIB FM , BLACK FM na Igicu TV n'izindi.
Tukwibutse ko KABERNA...
Ironkera amahigwe yogutahukana 100$ kuri AMINAH DANCE.
Batatu bambere bazoronka ibihumbi amajana atandatu namirongo umunani vy'amafaranga y'amarundi ( 680.000Fbu )
N'umuririmvyi w'umurundi yakoranye na n'umuririmvyi Double Jay yitwa Laingze Mc , akaba...
Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.
Ubwo ni ubutumwa butangwa n'imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre .
Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n'umuziki ariko abiha intumbero yo...
Umwana yankwa niwe akura.
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki.
Uyo yaririmvye...
Indirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube
Umuririmvyi Masterland yari yahuye nicago gikomeye ikomeye inyuma yaho indirimbo yoye SMILE yari yakuweko kuri chanel yiwe ya youtube aho nimugihe yarimaze imisi Mike...
Uburundi bwabaye icibare k’ubaririmvyi bo mu Rwanda
Abaririmvyi bo mu gihugu c’Urwanda bamaze iminsi bahamagarwa kuremesha ibiteramwo bitandukanye mu gihugu c’Uburundi.
Abo bakaba barihwa amafaranga atari make kugirango bemere kwitabira ivyo bitermo....
Irène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.
Umuririmvyikazi Irène Raguel abicishije kurubuga gwiwe yashimiye abamuhaye udushimwe igiye yariko arahimbaza isabukuru ry'amavuko aho nimugihe yararumanije imyaka cumi n'imbiri ry'amavuko.
Yanditse ati : AMAHORO...
Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...
Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki.
Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...