Home ENTERTAINMENT Irène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.

Irène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.

165
0

Umuririmvyikazi Irène Raguel abicishije kurubuga gwiwe yashimiye abamuhaye udushimwe igiye yariko arahimbaza isabukuru ry’amavuko aho nimugihe yararumanije imyaka cumi n’imbiri ry’amavuko.

Yanditse ati : AMAHORO Y’IMANA ABANE NAMWE‼️
Mfashe akanya nshimira umuntu wese yanyipfurije isabukuru nziza (abampaye ama cadeaux,,, abambaye hafi, abampezagiye bose ,, Aba fana banje) kuko Sino baheza mwese Nukuriiii muze mwamane uwo mutima w’urukundo maze muze muwereke abandi ntako nobashimira  just Imana ibampezagirire cane NDABAKUNDA
NIMUHORANE UMUKAMA.

73460cookie-checkIrène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.
Previous articleAbarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.
Next articleIndege ya Kenya Airways yananiwe no kurwa ihitamwo gusubira Nairobi