Muri IGEBU ngo “nta bavurati babaho”. Uno muvurati wo mu Ruyigi nawe ati “ntasubijwe...
Iyi ni inkuru y'umugabo avuka ahitwa mu Rugaga muri komine Gisuru y'intara ya Ruyigi yari yubakanye n'umukenyezi (baranavyarana umwana umwe) wo muri komine Kinyinya,...
Burundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye” igihugu cokwirata
Evariste Ndayishimiye, umukuru w'igihugu yabivuze kuri uyu 29 Gitutugutu, igihe yaratahutse ava munama ijanye n'ibidukikije yabereye mugihugu ca Congo Brazzaville.
Umukuru w'igihugu,avuga ko uravye igihe...
Ubwato “Musumba Cargo” buherutse gukorerwa hano Burundi ngo bwoba bwaragize ikibazo, bugasa n’ubumanyutse bugitangura...
Ivyo vyamenyekanye inyuma yaho abantu baguma babaza bati mbega ubwato twikoreye hano mu Burundi buri hehe ?, narirya hari haheze amezi hafi atanu atawurabukubita...
Imyidogo kubipfuza kubandanya igice ca kabiri ca kaminuza
Mugihe ubuyobozi bwa kaminuza y´uburundi Rumuri, buherutse gusohora itangazo rihamagarira abipfuza kwiga inyigisho z´igice ca kabiri ca kaminuza,hari imyidogo yabamwe mubipfuza kubandanya amashure.
Imyidogo yabo...
Inyubako y´urusengero yihaye inkumbi
Mu ntara ya Makamba, muri komine Kibago, urusengero rwa Pantecoste Kiyange rwasenyuwe n'imvura ivanze n´umuyaga yazimdutse iragwa mu gitondo co kuri uyu w'Imana.
Ibitigiri nyezina...
*Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*
"Ahatagira ubukuru nyabwo, hatagira iteka ntihagire n'itekane. Ahatagira ubukuru nyabwo, ntihaboneka amajambere. (...)
Ico nipfuza canecane nuko umuntu wese aba muri ubu Burundi yogira ati...
Inyuma yo guharirwa ivomo; Amber Rutty n’umugabo wiwe bahisemwo gukizwa
Amber Rutty n'umutanzaniyakazi yamenyekanye cane inyuma yo gukwiragira kw'amasanamu y'urukozasoni yiwe n'umugabowe. Nk'uko amakuru dukesha urubuga rwa Swahili world avyemeza, Amber Rutty yamenyesheje muntango...
Ishure ryisumbuye rya Lycée Vugizo niryo ryareze Jeanette Kagame
Murugendo arimwo mugihugu c'uburundi , umutambukanyi w'umukuru w'igihigu c'u Rwanda Jeannete KAGAME kur'uyu wa 9 Gitugutu yarahuye n'abagenzi biganye kw'ishure rya Lycée Vugizo .
Nk'...
Msamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.
Inyuma y´iminsi 5 umuririmvyikazi cherine Rock asezeye muri Management ya Bantubwoy, Msamalia Danielo nawe yaraye amenyesheje ko atakirikumwe niyo Management.
"Ndashimiye bantubwoy Entertainment kuvyo mwankoreye...
Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha
Ndikumana Bora azwi kw'izina rya Bora Qween ngo agiye gushira ahabona kuruyu wakabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu, indirimbo "Mon bébé" yaririmbanye na Dyd Umuranga....