Sunday, February 23, 2025

Iry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda

0
Umuririmvyi kazi Iry Tina Da Queena abandanye kwerekana abakunzi bumuziki ndundi yuko indirimbo yiwi aherutse gusohora NAKUPENDA yuko ari indirimbo nziza ifise amajambo agyoheye...

A-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi

0
Umuririmvyi A-Flow Slim unomusi akaba ari mumunezero kubona Imana ya mwongeye uyundi mwaka nkuko yabicishije kuri instagram yiwe ko yavutse itariki nkiyuno musi uku...

Bora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record

0
N'amezi arenga atandatu Umuririmvyi kazi Bora Queen womuntara ya Rumonge adasohora indirimbo, arikio Bora Queen kuruyu wa kane yerekanye abakunzi biwe kwaticaye aho yashize...

Ubuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)

0
Umuririmvyikazi ariko arakora neza kurikino gihe MUGISHA Merveille beshi bamuzi kwizina ry'umuziki  Meili bisigura  beautiful, akaba arumwigeme yakuriye mugihugu c'uburundi muri zone ya Ngagara...

Tigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha

0
Umuririmvyi NIJIMBERE Fabrice beshi bamuzi kwizina rya Tigger Brizz amaze igihe kitarigito hafi umwaka urenga adasohora indrimbo beshi bakibaze habaye iki naho aguma agaragara...

Lolilo Simba Ntare Womu myaka 20 Iheze

0
Umuririmvyi Lolilo Simba Ntare aremeye gushira kumugaragaro kahise kiwe mukwerekana amafoto uko yari ameze mumyaka 20 irangiye akaba yaya shize kuri instagram yiwe. Kuba umustari...

Fanny Lavina Asaba Abarundi Gushigikira Amareresi Ndundi

0
Umukinyi w'amarersi  akomeye mugihugu c'uburundi Fanny Lavina abandanya urugendo arimwo mugihugu kibanyi c'urwanda, urugendo yatanguye kwigenekerezo rwa 03 Gitugutu 2021 muntumbero yo cokumenyekenisha ibikogwa...

Jogos Negros : Turimumyiteguro Yo Gufata Amasanamu Y’indirimbo Vyoose

0
Umuririmvyi Jogos Negros asazwe aramutsa umugwi Jaming Band womuntara ya Rumonge mbere akaba ari umuhinyanyzi muri studio Babu K Record yongaho nyene mu Rumonge...

Bien Freema Boy Arerekanye Indirimbo Iri Muri EP Yiwe Iri Mumudiho Wama Piano

0
Umuririmvyi Bien Freema Boy nkuko amaze imisi abigaragaza kumbuga ngurukana bumenyi ziwe facebook canke instagram yuko vuba agiye gushira kumugaragara urukwirikirane gw'indirimbo EP aho...

Makamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV

0
Nimugihe ibici binini vyama TV online bikorera mugisagara ca Bujumbura, ivyo bikaca bigaragaza kutaboneka kwaba artiste bakorera muntara zaruguru kurayo ma TV Online yo...
Google search engine

Recent Posts