Lolilo Simba Ntare Womu myaka 20 Iheze

Lolilo Simba Ntare Womu myaka 20 Iheze

18 October 2021 0 By KAMIKAZI

Umuririmvyi Lolilo Simba Ntare aremeye gushira kumugaragaro kahise kiwe mukwerekana amafoto uko yari ameze mumyaka 20 irangiye akaba yaya shize kuri instagram yiwe.

Kuba umustari nikintu kikomeye ariko nikintu gisaba umwete mwishi cane nokudashika intege mubikogwa vyose, ahanini rero beshi bashima kunyegeza histoire baciyemwo koko beshi baca murivyishi utokwemera kwari we ari aha ubona kuntabwe ikomeye.

Crown Rema awakosowa vikali warundi kuto kupenda Buja Fleva

 

https://www.youtube.com/watch?v=XTuYv5CGUHg

Facebook Comments Box
14350cookie-checkLolilo Simba Ntare Womu myaka 20 Iheze