Home NEWS Ubuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)

Ubuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)

314
0

Umuririmvyikazi ariko arakora neza kurikino gihe MUGISHA Merveille beshi bamuzi kwizina ry’umuziki  Meili bisigura  beautiful, akaba arumwigeme yakuriye mugihugu c’uburundi muri zone ya Ngagara aho ingabirano yokuririmba ayisoroma muri eglise yamureze.

Inyuma yokurangiza amashuri yiwe mato mato nayisumbuye ariyo yahisemwo kubandaniriza kaminuza mugihugu c’ubushinwa mumwaka wa 2013 ushira 2014 akaba yagarutse mugihugu c amavuko muri 2019.
Ivyamuranze mugihugu c’ubushinwa n’ugukurikirana icari kimujanye arico kwiga ndetse nogushira kumugaragaro impano yaraje akuye mugihugu ciwe camavuko ariyo yokuririmba aho vgagaragaye ko iyo mpano yakiriwe neza bikagaragarira mumahiganwa yagiye arajamwo n ubushimwe yatahukanye bwababa butanu (5).

Incuro zibiri akaba yabaye uwambere izindi ncuro zibiri atahukana ikibanza cakabiri ahandi akaba yatahukanye agashimwe atawundi bahiganwa.

Tukabibutsa ko ubwobushimwe hariho aho yaserukira igihugu camwibarutse ahandi agaserukira ishuri yari yigako.
Inyuma yogutahuka mugihugu ciwe c’amavukiro niho yabandanije umwuga woguteramisha abantu biciye muma karaoké kuburyo hagaragaye umurwi wabakunzi biwe umubuza amahoro ko yotangura kuja muri studio ariho yaremerewe aca atangurana na DUKATE ariyo asa niyo yita check sound ubu naho akaba atashimye kubanyoteza akaba agarutse na ARABESHA, mukibuka ko amaze gufasha umuririmvyi B Face mundirimbo Insolite.

LIVE : IRY TINA DA QUEENA | VUES NINDOGO BUJA FLEVA | PALLASO NI MTU WANGU WAKARIBU

14640cookie-checkUbuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)
Previous articleTigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha
Next articleBora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here