Home NEWS Tigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha

Tigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha

169
0

Umuririmvyi NIJIMBERE Fabrice beshi bamuzi kwizina rya Tigger Brizz amaze igihe kitarigito hafi umwaka urenga adasohora indrimbo beshi bakibaze habaye iki naho aguma agaragara mundirimbo zitandukanye aho afasha adandi baririmvyi.

Tigger Brizz mukiganiro yakoranye na zabuju.com ya humurije abakunzi biwe yuko indirimbo ziriho yahejeje kuzitegura ariko hari ibintu vyatumye atazisohora ariko ubu ibintu bikaba biriko bira tungana, Tigger Brizz yavuzeko itariki 26 Gitugutu 2021 nisango ntabanduka ko azosoho indirimbo shasha, indirimbo atashimye kuvuga izina canke kwari audio canke video.

14570cookie-checkTigger Brizz Amenyesha Isango Aho Azosohorera Indirimbo Shasha
Previous articleAUDIO | Uncle B Mwami – Mapepe | Download
Next articleUbuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here