Abakinyi 10 muri 13 bagiye guserukira Uburundi munkino z’isi yose za handball muri Croatie...
Urukino rwari guhuza umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka cumi n'icenda w'Uburundi na Bahreïn ntirukibaye !
Mw'ikete ishirahamwe riraba urukino rwa Handball kw'isi ryandikiye amashirahamwe...
Marioo akezwa na Kajala
Inyuma yo gushir'ahabona indirimbo yiwe nshasha ifise n'amasanamu Sing, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Marioo yakejwe na Kajala Frida.
Nk'uko biri ku rubuga rwiwe...
Burundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.
Umugwi nserukiragihugu wa Handball w'abatarenza imyaka icumi n'icenda uhejeje gutsindwa na Reta zunze ubumwe za Amerika 🇺🇸 ibitsindo 33 kuri 26 mu nkino z'igikombe...
Stade Intamba zizokinirako muri Caméroun igenekerezo rya 4/9/2023 yamenyekanye
Umugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba igenekerezo 4/9/2023 bazokina urukina rwa nyuma na Caméroun kuri Stade Roumdé Adjia mu gisagara ca Garoua mu buraruko bw'ico...
Happy birthday Mkombozi Lucifer
Abicishije kurubuga rw´iwe rwa Facebook Mkombozi Lucifer yamenyesheje ko afise isabukuru y´amavuko.
yanditse ati: "Happybirth day to me" aho yakurikije ama Emoji y´urukundo.
Yahavuye akurikizako na...
Abanywanyi ba groupe WhatsApp Indundi Sports Fans bahejeje guterera imifuko 40 y’isima yo kwubaka...
Mukwitabira akamo ko kwitera iteka umukuru w'igihugu yahamagarira Abarundi n'Abatundikazi, mu kwubaka ikibuga kigezweho Intwari , groupe ya WhatsApp "Indundi Sports Fans " bahejeje...
Vuba Twitege bishasha vya Meili
Umuririmvyikazi Meili inyuma y'amezi ane asohoye y'indirimbo KURE Imaze kurabwa n'abantu barenga 60.000 Vues (60 k ) kurubuga gwa Youtube amenyesha abakunzi biwe ko...
Ishirahamwe ry’umupila w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona ibisabwa imigwi.
Imigwi izokwitabira ihiganwa rikuru ry'umupila w'amaguru mu Burundi Primus League Burundi 2023-2024 isabwa kuzoba ifise ibi bikurikira :
-Umugwi w'abakiri bato batarenza imyaka 15 canke...
Diamond Platnumz i Vancouver
Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Diamond Platnumz yateguye igiteramo kur'uyu wa 20 Mukakaro i Vancouver muri Canada.
Nk'uko yabishize ahabona ku mbuga ziwe zitandukanye...
Bongo : Shusha umutwe mureke kwigana abandi
Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania Ali Kiba arakebura abaririmvyi bagenzi be kuvavanura n'ingeso yo kwigana umuziki wo mu gihugu ca Nigeria ariko ngo...