Home ENTERTAINMENT Happy birthday Mkombozi Lucifer

Happy birthday Mkombozi Lucifer

277
0

Abicishije kurubuga rw´iwe rwa Facebook Mkombozi Lucifer yamenyesheje ko afise isabukuru y´amavuko.

yanditse ati: “Happybirth day to me” aho yakurikije ama Emoji y´urukundo.

Yahavuye akurikizako na nimero yiwe ya Ecocash ngo kubayimusavye (79829995).

Yaboneyeho kumenyesha abakurikirana urubuga rwiwe rwa facebook ko vuba agiye gushira ahabona indirimbo nshasha, naho atashimye kuvuga vyishi kuriyo ndirimbo nk’inzina canke itariki izosoherako.

Ariko bikaba biriko bira vugwangwa ko muriyo ndirimbo hashobora kuzogaragaramwo umuhinga mugutwenza mu Burundi ariwe Mutima comedian😂😂😂.

65790cookie-checkHappy birthday Mkombozi Lucifer
Previous articleMUSIC AUDIO : Jogos Neglas – Ya Mbwa ( Remix )
Next articleMUSIC AUDIO : Arnovic – Ready