Home ENTERTAINMENT Burundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.

Burundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.

181
0

Umugwi nserukiragihugu wa Handball w’abatarenza imyaka icumi n’icenda uhejeje gutsindwa na Reta zunze ubumwe za Amerika 🇺🇸 ibitsindo 33 kuri 26 mu nkino z’igikombe c’isi yose kiriko kibera muri Croatie 🇭🇷.

Intamba zimaze gukina inkino 5 akaba ata ntsinzi ziraronka. Uburundi bwatsinzwe na Iran 🇮🇷, Îles Féroé 🇫🇴, Suède 🇸🇪, Argentine 🇦🇷 na USA.

66920cookie-checkBurundi: Umurwi nserukira gihugu nturiko uroroherwa mugikombe c´isi.
Previous articleBurundi : « Akanoti » Indirimbo Nshasha ya D-One igiye kuja kumugaragaro
Next articleMarioo akezwa na Kajala