Sunday, February 23, 2025

Umuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.

0
Umurimvyi Sat B yoba ariko yitegurira kwitabira igiteramo mugihugu ca Swede. Nkuko bigaragara kuruga rwiwe rwa instagram , sat b yagize ati: "abo muri swede...

Kigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique

0
Uwo mugwi waruranutse utegura igiteramo"Intahe concert" Muntumbero yo guhimbaza yubile y' imyaka 25 , Umuhinga muvyo gutwenza Alfred aubin MUGENZI ,asanzwe azwi kw'izina rya Kigingi yari...

Bongo : Rosa Ree vyanse ko yihanganira Khaligraph Jones

Inyuma y'aho umiririmvyi wo mu gihugu ca Kenya Khaligraph Jones atangarije ko mu gihugu cose ca Tanzania atamuraperi n'umwe akwiye kugereranywa nawe ndetse agahamagarira...

Mkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”

0
Ayo n´amajambo ya Umuririmvyi Mkombozi Lucifer yanditse kurubuga rwiwe rwa Facebook ati : "Sintinya gupfa kuko nakahise ka MAMAN na PAPA,ahubwo urupfu rwoza rwoba...

Bumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.

0
Umugwi wa Bumamuru Fc uhejeje gutsinda Centre Sportif de Bendje ibitsindo bitanu kuri kimwe mu rukino rwo gusubiriza. Bumamuru 5- 1 Centre de Bendje Bumamuru ikazoca...

Man Theo na Olegue bagiye gushirahabona indirimbo.

0
Inyuma yo kuja mw'ihiganwa rya Izere Award akegukana ikibanza ca 3, umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge Man Theo agiye gukoran'indirimbo na Olegue asanzwe...

Founder Tz yoba agiye kuboneka muri Wasafi festival

Umwana w'imyaka 15 wo mw'ikambi y'impunzi ya Nyarugusu mu gihugu ca Tanzania Founder Tz ashobora kuzoba kumwe na WCB muri Wasafi festival igiye gutangura...

Natacha Burundi yoba yari gusa kuriyi sanamu?

0
Umuririmvyikazi Ngendabanka Natacha Burundi yagaragaye kw´isanamu iyo nayo ikaba iriko ivugisha benshi ku mbuga hwaniro. Uyo muririmvyikazi yabonetse kuri iyo sanamu yambaye agahuzu kagufi asa...

Famous yegukanye Izere Award 2023

Iryo higanwa ry'abanyamuziki ritunganywa na Radio Izere FM yo mu ntara ya  Rumonge yarangiye kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 20 Myandagaro mu gihe ryariko rirahuza...

Abaririmvyi bambar’amasheneti azimvye.

Ugushaza kw'abaririmvyi guhagaze ku bintu bitandukanye; mu gihe bamwe bambara impuzu zizimvye, abandi bambar'ibirato, isaha, impeta amasheneti canke bakimosha ku giciro kinini. Kw'isi nzima hari...
Google search engine

Recent Posts