Home ENTERTAINMENT Bumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.

Bumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.

290
0

Umugwi wa Bumamuru Fc uhejeje gutsinda Centre Sportif de Bendje ibitsindo bitanu kuri kimwe mu rukino rwo gusubiriza.

Bumamuru 5- 1 Centre de Bendje

Bumamuru ikazoca ihura mu gice gikurikira na Mamelodi Sundowns FC yo muri Afrika y’epfo. Hamwe ikibuga Intwari coba carangiye gusubirwamwo urukino rwo kwakira uwo mugwi wa Mamelodi sundowns rugashobora kubera i #Bujumbura. Ivyohimbara cane abakunzi b’inkino.

68260cookie-checkBumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.
Previous articleNew Video : Mo’W Kanzie – ONLY ONE
Next articleMkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”