Home ENTERTAINMENT Mkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”

Mkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”

303
0

Ayo n´amajambo ya Umuririmvyi Mkombozi Lucifer yanditse kurubuga rwiwe rwa Facebook ati : “Sintinya gupfa kuko nakahise ka MAMAN na PAPA,ahubwo urupfu rwoza rwoba rukoze kumpuza nabavyeyi, NTAGIHOMBO. Gupfa kumubiri wanje numunezero kuri jewe, gupfa kwa roho yanje nicogihombo kuri jewe. Abanyipfuriza gupfa mumenye ko je nd ikiraro c Imana kw isi harivyo Imana itarancishako bibashikire hanyuma nigire. kuko ndi Mwisezerano.”

Aho inyuma yaho hari abakwirakwirije amafoto y´uwo muririmvyi aherekejwe n´amajombo RIP. Aho bavugakobuyonmuririmvyi yoba yitavye Imana.

Uyo nawe akaba yabeshuje iyo nkuru mukwandika aya majambo ” Ndiho, sivyo ndacadeya”

68330cookie-checkMkombozi Lucifer :” Ndiho  sivyo ndacadeya”
Previous articleBumamuru uhejeje gutahukana intsinzi.
Next articleNew Music : G Star Music – Akanoti