Home ENTERTAINMENT Umuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.

Umuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.

180
0

Umurimvyi Sat B yoba ariko yitegurira kwitabira igiteramo mugihugu ca Swede.
Nkuko bigaragara kuruga rwiwe rwa instagram , sat b yagize ati: “abo muri swede namaze kuronka visa yanje”.
Muri ubwobutumwa nyene abandanya agira ati:” mukomeze kunyitegurira nzoba nahishikiye mugiteramo scandivia festival kizobera Guthenrberg”.
Ico giteramo gitegekanywa kuba kumagenekerezo ya 1 na 2 Nyakanga .

68530cookie-checkUmuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.
Previous articleKigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique
Next articleAbaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.