Home ENTERTAINMENT Abaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.

Abaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.

253
0

Inyuma y´igiteramo yakoze mugihugu ca Suede, yagaraye ari muramwe mu mabarabara y´igisagara ca Guterborg.

Ikigaragara n´ukwo abaririmvyi bu muziki ndundi bakunze cane kugaragara kumasanamu bari mubibanza vy´iratiro vyo mubindi bihugu; Kurusha mu Burundi.

Mubaririmvyi bari kugaragara cane kumasanamu nkayo , harimwo B.face on the flo aho nawe ariko aboneka kumafoto at Abaririmvyi ba barundi baguma bagaragara mu bihugu bitandukanye.

Inyuma y´igiteramo yakoze mugihugu ca Suede, Umuririmvyi Bizimana Aboubakar karume a.k.i Sat-B yagaraye ari muramwe mu mabarabara y´igisagara ca Guterborg.

 

Ikigaragara n´ukwo abaririmvyi bu muziki ndundi bakunze cane kugaragara kumasanamu bari mubibanza vy´iratiro vyo mubindi bihugu; Kurusha mu Burundi.

Mubaririmvyi bari kugaragara cane kumasanamu nkayo , harimwo B.face on the flo aho nawe ariko aboneka kumafoto atandukanye ari mubibanza bitandukanye vyo mugihugu ca Australie.Hakaba hari namakuru avugako B.face yoba anaheruka kuronka uburenganzira (visa) bwo kuba muri ico gihugu.andukanye ari mubibanza bitandukanye vyo mugihugu ca Australie. Hakaba hari namakuru avugako B.face yoba anaheruka kuronka uburenganzira (visa) bwo kuba muri ico gihugu.

68620cookie-checkAbaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.
Previous articleUmuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.
Next articleUmuziki ndundi uguma ukwiragira isi