Home ENTERTAINMENT Umuziki ndundi uguma ukwiragira isi

Umuziki ndundi uguma ukwiragira isi

206
0

Inyuba y’abaririmvi ba barundi bariko bakwiragira mubihugu biri k’umigabane itandukanye y’isi,
Umuririmvyi Mugani Désiré izwi kw’izina rya Fizzo nawe ntiyasigaye inyuma.

Big Fizzo Ategekanya gukora igiteramo kw´igenekerezo rya 16 Nyakanga 2023 mu gisagara ca Dubai.
Ivyo bikaba bibonekera kucapa(Affiche).

kwinjira mugiteramo azoba ari 100 mukibanza gisanzwe na 150 mukibanza V.I.P amafaranga akoreshwa muri bihungu vy’unzubumwe vy’abarabu.

68690cookie-checkUmuziki ndundi uguma ukwiragira isi
Previous articleAbaririmvyi ba barundi baguma bagarara mu bihugu bitandukanye.
Next articleInyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.