Home ENTERTAINMENT Kigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique

Kigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique

177
0

Uwo mugwi waruranutse utegura igiteramo”Intahe concert”

Muntumbero yo guhimbaza yubile y’ imyaka 25 ,

Umuhinga muvyo gutwenza Alfred aubin MUGENZI ,asanzwe azwi kw’izina rya Kigingi yari yitavye ivyo birori.

Abicishije mukinyamakuru akeza.net ,yishimiye kukiringo umaze, n’ibikorwa uwo mugwi wabo uriko urarangura . Yongera ati:” yubile y’imyaka 25 n’ikintu gikomeye muri chorale yacu. N’umuntu akwije iyo myaka aba atanguye gukura no gucubwenge.”

Aubin amenyesha kandi ko vyabatwaye inguvu nyinshi n’ishaka mugutegura igiteramo co gushima Imana kuvyiza yabakoreye muriyo myaka .

Mwomenya ko ico giteramo cari citabiriwe¬†¬† n’abana,urwaruka n’abakuze muntumbero yo guhimbariza hamwe yubile y’imyaka 25 iheze Chorale saint Dominique de Bujumbura ibayeho kuva muri myandagaro 1998.

68470cookie-checkKigingi arishimira ibikorwa vya chorale saint Dominique
Previous articleBongo : Rosa Ree vyanse ko yihanganira Khaligraph Jones
Next articleUmuziki ndundi ubandanya wamamara mumakungu.