Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha
Ndikumana Bora azwi kw'izina rya Bora Qween ngo agiye gushira ahabona kuruyu wakabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu, indirimbo "Mon bébé" yaririmbanye na Dyd Umuranga....
Intamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme batarenza imyaka 20 bafashe indege kuri uyu wakane igenekerezo rya 05 Gitugutu berekeza mu gihugu c’Afrika y’epfo aho bazo kina...
Victor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga
Uyu musore yamuka muri Nigeria agakinira umugwi wa Naple mu Bufaransa ngo yoba yiteguye kugera ikirenge muc'umunyasenegare Sadio Mané mu gufasha benewabo bo ku...
Bongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.
Haraheze imisi itari mike ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye hagarukwa ku makuru y'urugo rw'umuririmvyi w'umutanzaniya Alikiba rwoba ruri muyabira.
Mur'iyi ntango ya Gitugutu, Amina (umukenyezi wa...
Burundi : Akarusho kadasanzwe kagiye kuboneka kubaririmvyi
Hamwe ikigo OBDA (Office Burundais du Droit d'Auteurs et des droits voisiny) co Shira umukono kucegeranyo giheruka gushikiriza , abaririmvyi boronka akarusho.
Nkuko bivugwa na...
Kanye West agiye gushir’ahabona album nshasha.
Inyuma y'ikiringo kitari gito adasohora indirimbo nshasha bitumwe n'ibibazo ry'urugo n'ibindi , umuraperi wo muri Leta zunzubumwe za Amerika Kanye west ngwagiye gushir'ahabona album...
Sport : Real Madrid iyoboje inkoni y’icuma Laliga.
Inyuma yo gutahukana intsinzi y'ibitsindo 3 ku 0 bwa ekipe ya Girona kur'uyu wa 30 Nyakanga, umugwi wa Real Madrid waciye uja mu kibanza...
Terefone ya The Ben yoba yibiwe mugiteramo i Bujumbura.
Wawundi ngo nta vyama vyera vyose, mu gihe bamwe bariko baratamba baryohewe hari abandi umunezero wabo wamaze akanya gato biturutse ko bikabakavye basanga terefone...
USA : Menya imvo ituma Rick Ross adashira muri lebel yiwe abagore n’abigeme
Nk'uko vyashizw'ahabona n'urubuga rwa Facebook Folies des stars , Rick Ross yemeje ko adasinyisha abigeme mu ntumbero yo kwikingira. Ku bwiwe ngo ivyashikiye mugenzi...
Bongo : Diamond na Zuchu bashobora kuba batakirikumwe.
Ku rubuga ngurukanabumenyi rwa Instagram, umwe mubakurikirana umuririmvyi Zuchu wo mu gihugu ca Tanzania yashatse kumenya igituma Diamond aguma agaragarana na Tanasha wo muri...