Home ENTERTAINMENT Sport : Real Madrid iyoboje inkoni y’icuma Laliga.

Sport : Real Madrid iyoboje inkoni y’icuma Laliga.

157
0

Inyuma yo gutahukana intsinzi y’ibitsindo 3 ku 0 bwa ekipe ya Girona kur’uyu wa 30 Nyakanga, umugwi wa Real Madrid waciye uja mu kibanza ca mbere mw’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru muri Espagne Laliga.

Real Madrid iri mu kibanza ca mbere n’amanota 21, Barcelona mu kibanza ca kabiri n’amanota 20 mu gihe Girona iza mu kibanza ca gatatu n’amanota 19.

Muri Laliga, ikibanza ca mbere kirushirizwaho guhererekanwa hagati y’iyo migwi itatu irushanya inota rimwe rimwe gusa.

Abakunzi b’umugwi wa Real Madrid bakiranye umunezero udasanzwe iyo ntsinzi yabasubije mu kibanza ca mbere na cane cane kuko ico kibanza bakigwanira na Girona bahura.

70860cookie-checkSport : Real Madrid iyoboje inkoni y’icuma Laliga.
Previous articleTerefone ya The Ben yoba yibiwe mugiteramo i Bujumbura.
Next articleKanye West agiye gushir’ahabona album nshasha.