Home ENTERTAINMENT USA : Menya imvo ituma Rick Ross adashira muri lebel yiwe abagore...

USA : Menya imvo ituma Rick Ross adashira muri lebel yiwe abagore n’abigeme

229
0

Nk’uko vyashizw’ahabona n’urubuga rwa Facebook Folies des stars , Rick Ross yemeje ko adasinyisha abigeme mu ntumbero yo kwikingira. Ku bwiwe ngo ivyashikiye mugenzi we R Kelly ubu avundiye mu buroko yagirizwa kuhohotera abakenyezi.

Kubwa Rick Ross ngo kwiyegerez’abagore bisa no gukweger’ikara mugashambara kuko ngo bishobora kurangira wagirijwe kubahohotera mu buryo ubu canke buriya.

Ngo rero niyiteguye gushira mu kangaratete ivyo yabiriy’akuya ngo bitamuviramwo gutakaza vyose nka R Kelly.

Musomyi, kubwawe wumva izo nsiguro zitangwa na Rick Ross zifashe?

70840cookie-checkUSA : Menya imvo ituma Rick Ross adashira muri lebel yiwe abagore n’abigeme
Previous articleTanzania yaronse umukaridinali.
Next articleTerefone ya The Ben yoba yibiwe mugiteramo i Bujumbura.