Home ENTERTAINMENT Burundi : Akarusho kadasanzwe kagiye kuboneka kubaririmvyi

Burundi : Akarusho kadasanzwe kagiye kuboneka kubaririmvyi

156
0

Hamwe  ikigo OBDA (Office Burundais du Droit d’Auteurs et des droits voisiny) co Shira umukono kucegeranyo giheruka gushikiriza , abaririmvyi boronka akarusho.

Nkuko bivugwa na NDAYISHIMIYE Olivier batazira krizzi Bright, asanzwe Ari umuhinyanyuzi ( producer), akaba n’umuyobozi mw’ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi(Amicale des musiciens du Burundi).

Amenyesha ko gushira umukono kumategeko azigama ibikorwa vyabo, bizotuma Abaririmvyi bo mu Burundi bashobora gutez’imbere impano zabo z’umuziki, baronke amafaranga atanzwe n’abazivuza.

KIMANA Edith Stein, umworosha(manager) muruganda rwa Bantu bwoy entertainment, amenyesha ko barindirany’igishika ishirwa mungiro n’iyubahirizwa ry’ayo mategeko agenga Abaririmvyi, ibizotuma Abaririmvyi bamenyekana kurusha.

 

71000cookie-checkBurundi : Akarusho kadasanzwe kagiye kuboneka kubaririmvyi
Previous articleKanye West agiye gushir’ahabona album nshasha.
Next articleNgozi: Habaye inkino za Judo zahuje imigwi itandukanye