INKURU ISHUSHE : Koreshumwanya Agiye Guteza Imbere abakinyi bamareresi cane

0
Umumenyesha makuru Koreshumwanya akorera Waka Light  yahamagariye abasazwe baranguru ibikogwa vyogukina amfilm, abaririmvyi eka naba comedien gukorana nawe muku meneyekanisha ibikogwa vyabo mugukorana ibiganiro...

INKURU ISHUSHE : Twipfurize Isabukuru nziza y ‘Amabuko Umuririmvyi Epidey Winner

0
Kuruyu wagatano igenekerezo rya 08 Ndamukiza uririrmvye Epidey Winner arimukanya muneza kadasazwe muguhimbaza itariki nukwezi ya vukiyeko, Epidey Winner akaba yajigaragaje kuri statut yiwe...

INKURU ISHUSHE : Alfredo Frojo yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER

0
Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA numugabo wiwe Alfredo Frojo kumunsi wagatatu kwigenekerezo rya 06 Ndamukiza 2022 yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER arikumwe...

INKURU ISHUSHE : “Murakose kuri 1Million Views mumisi ibiri “- Nandy

0
Bongo Fleva : Umuririmvyi umutanzania kazi Faustina Charles Mfinanga azikwizina Nandy, murikigihe ariko arakundwa cane kundirimbo yiwe aherutse gusohora "Siwezi" imaze gusa imisi ibiri...

INKURU ISHUSHE : Natacha Azoteramisha abantu bo mugisagara ca Geneve

0
Umuririmvyikazi Natacha Burundi kuchuroyiwe yambere azoteramisha abakunzi biwe ndetse n'antu bomugi sagara ca GENEVE mugihugu ca Suiusse izoba ari ukwezi gwagatandatu 2022 ( Samedi...

INIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan Band

0
Umuririmvyi Kidumu Kibido abandanya kwerekana ubushobozi bwiwe bwokuririmba live music muguteramisha abakunzi b'indirimbo ziwe arikumwe n'umugwi wiwe Boda Boda Band mugihugu ca kenya, kidum...

INKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M...

0
N'ukwezi kurenga umucuraranzi Christopher Muneza wo mugihugu c'urwanga asohoye indirmbo nshasha yise "Nibido" ikaba ifise amasana, iyo ndirimbo gushika ubu biragaragara ko iriko irakoraneza...

INKURU ISHUSHE : Inyishu ya Sule S Ndimu kumajambo yo muri groupe ya whatsapp...

0
Sule S Ndimu yashimye kuva mugacerere mukwishura abaririmvyi bamaze imisi bamusuzugura kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye canene cane kuri groupe ya whatsapp yitwa HIT MUSIC...

INKURU ISHUSHE : Kucuro yambere Umuririmvyi Mtu Number One Akora Urudandazwa kuri Instagram Yiwe

0
Umuririrmvyi Mtu Number One Biriko biragaragara ko murikigihe ariko arakoraneza ugureranije n'ibikogwa ariko arakora, yaraye agaragaje ko kuvubu ari murudandazwa rw'impuzu nkoko yavyanditse kurubuga...

INKURU ISHUHE : Ikigo Marahaba Center Cahawe Ingabire y’ibikoresho vy’umuziki na Ambassade ya Belgique...

0
Kuri uno musi wambere itariki 28 Ruhuhuma 2022 mu Carama ku kigo Marahaba Center, abatunganije Marahaba Festival, bari mu birori vyo kurangiza bwite iryo...
Google search engine

Recent Posts