INKURU ISHUSHE : « Murakose kuri 1Million Views mumisi ibiri « – Nandy

INKURU ISHUSHE : « Murakose kuri 1Million Views mumisi ibiri « – Nandy

26 mars 2022 0 Par KAMIKAZI

Bongo Fleva : Umuririmvyi umutanzania kazi Faustina Charles Mfinanga azikwizina Nandy, murikigihe ariko arakundwa cane kundirimbo yiwe aherutse gusohora « Siwezi » imaze gusa imisi ibiri imaze gukwiza abarorerezi barenga umuriyoni ( 1Million Views ) kuri chanel ya youtube bigaragara ko mu East African iri mubibanza vyiza.

Nandy abicishije kuri instagram yiwe yashimiye cane abakunzi biwe babandanya bashigikira iyo ndirimbo yime akaba yanditse ati : thank you for 1MILLION VIWERS IN TWO DAYS❤️….! TUNAFANYA KWA AJILI YA MTAA NA MTAA UMETUPOKEA.

Nigake abaririrmvyi bomusi East African bakwiza abarororezi 1 Million mumisi ibiri.

Facebook Comments Box
22000cookie-checkINKURU ISHUSHE : « Murakose kuri 1Million Views mumisi ibiri « – Nandy