Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Alfredo Frojo yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne...

INKURU ISHUSHE : Alfredo Frojo yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER

268
0

Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA numugabo wiwe Alfredo Frojo kumunsi wagatatu kwigenekerezo rya 06 Ndamukiza 2022 yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER arikumwe numutambukanyi wiwe Madame IRIS kuri Club du Lac Tanganyika mubirori vyogusezera uwahoze arongoye Institut Français du Burundi (IFB) Monsieur Jean Yves Carnino.

Kari nakaryo kokwipfuriza isabukuru nziza uwuserukira UBUMWE BWA BULAYA MU Burundi Ambassadeur Claude Bochu.

 

22130cookie-checkINKURU ISHUSHE : Alfredo Frojo yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER
Previous articleINKURU ISHUSHE : “Murakose kuri 1Million Views mumisi ibiri “- Nandy
Next articleINKURU ISHUSHE : Twipfurize Isabukuru nziza y ‘Amabuko Umuririmvyi Epidey Winner

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here