Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Twipfurize Isabukuru nziza y ‘Amabuko Umuririmvyi Epidey Winner

INKURU ISHUSHE : Twipfurize Isabukuru nziza y ‘Amabuko Umuririmvyi Epidey Winner

185
0
Kuruyu wagatano igenekerezo rya 08 Ndamukiza uririrmvye Epidey Winner arimukanya muneza kadasazwe muguhimbaza itariki nukwezi ya vukiyeko, Epidey Winner akaba yajigaragaje kuri statut yiwe ya whatsapp aho yanditse « Happy Birthday to me »
Tukwibutse ko EpideyWinner nkuko mubizi umuririmvyi abirizwa mumugwi AgapeRecord , mbere akaba aharuka gushohora indirimbo nziza karyoshe cane kitwe Say_yes.
Tutamwipfurije Isabukuru nziza y’amavuka
22190cookie-checkINKURU ISHUSHE : Twipfurize Isabukuru nziza y ‘Amabuko Umuririmvyi Epidey Winner
Previous articleINKURU ISHUSHE : Alfredo Frojo yarahawe iteka ryogutumirwa na Ambassadeur wa Allemagne Monsieur DIETER
Next articleINKURU ISHUSHE : Koreshumwanya Agiye Guteza Imbere abakinyi bamareresi cane

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here