INKURU ISHUSHE : Koreshumwanya Agiye Guteza Imbere abakinyi bamareresi cane

INKURU ISHUSHE : Koreshumwanya Agiye Guteza Imbere abakinyi bamareresi cane

8 April 2022 0 By H. Mervis
Umumenyesha makuru Koreshumwanya akorera Waka Light  yahamagariye abasazwe baranguru ibikogwa vyogukina amfilm, abaririmvyi eka naba comedien gukorana nawe muku meneyekanisha ibikogwa vyabo mugukorana ibiganiro kubuntu ata nurufaranga narumwe asaba, ivyo akaba ya bigaragaje kumbuga ziwe zitandukanye ahohari kuruyu wakane igenekerezo rya 07 Ndamukiza 2022 akaba yatanze na numero wize ndetse nizu umu cameramani wiwe ati imyango iruguruye kuri mwese.
Facebook Comments Box
22440cookie-checkINKURU ISHUSHE : Koreshumwanya Agiye Guteza Imbere abakinyi bamareresi cane