INKURU ISHUSHE : Saido Ntibazonkiza niwe umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwakabiri (Play of the Month)

INKURU ISHUSHE : Saido Ntibazonkiza niwe umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwakabiri (Play of the Month)

9 avril 2022 0 Par KAMIKAZI
Umukiyi w’umupira w’amaguru  w’umurundi Saido Ntibazonkiza abandanya kwikorera amateka akomenye mumupiza wamaguru mu gihugu ca Tanzania aho nimugihe aherutse guhabwa agashimwe k’ umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa kabiri mw’ihiganwa rikuru ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Tanzania ( Play of the month ), ako gasimwe akaba yagahawe igenekerezo rya 6 Ndamukiza inyuma y’urukino gwahuje Young Africans na azam fc urukiko gwaheze Young Africans itsinze ibitsindo 2-1 cumugwi Azam Fc.
Tukwibutse ko gushika ubu umugwi wambere ni
1 Yang Africans ifise amanota 51 pts
2 Simba Sport ifise amanota  40 pts
3 Azam Fc ifise amanota        28 pts
4 Namungo ifise amanota       26 pts
5 Mbeya City   ifise amakota   25 pts
Facebook Comments Box
22480cookie-checkINKURU ISHUSHE : Saido Ntibazonkiza niwe umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwakabiri (Play of the Month)