Home ENTERTAINMENT INIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan...

INIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan Band

159
0

Umuririmvyi Kidumu Kibido abandanya kwerekana ubushobozi bwiwe bwokuririmba live music muguteramisha abakunzi b’indirimbo ziwe arikumwe n’umugwi wiwe Boda Boda Band mugihugu ca kenya, kidum nkuko ya vyemeje kumbugaziwe ko agiye guhuririr stage imwe n’umuririmvyi Mbuta Ivala arikumwe n’umugwi wiwe Station Japan Band aho ikazoba kuruyu w’Imana igenekerezo rya 27 Ntwarante 2022 mugiteremo RHUMBA VS AFRO

Tukwibutseko gushika ubu niwe umuririmvyi wuburundi amaze gukora ibiteramo vyishi gusumba abandi.

21870cookie-checkINIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan Band
Previous articleINKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M Views
Next articleINKURU ISHUSHE : Natacha Azoteramisha abantu bo mugisagara ca Geneve

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here