23 March 2022 0 INIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan Band By H. Mervis Umuririmvyi Kidumu Kibido abandanya kwerekana ubushobozi bwiwe bwokuririmba live music muguteramisha abakunzi b’indirimbo ziwe arikumwe n’umugwi wiwe Boda Boda Band…