Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma...

INKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M Views

141
0

N’ukwezi kurenga umucuraranzi Christopher Muneza wo mugihugu c’urwanga asohoye indirmbo nshasha yise “Nibido” ikaba ifise amasana, iyo ndirimbo gushika ubu biragaragara ko iriko irakoraneza kumbuga zitandukenye nkuko mbere Christopher Muneza  yagaragaje umunezero mugushimirira abantu bose babandanya kuraba iyo ndirimbo kuri chanel yiwe ya Youtube aho imaze kurenza abarorerezi umurioni ( 1M Views).

Tukwibutse ko indirimbo Nibido ibaye indirimbo yiwe igira gatatu ikwijiji abarorerezi Un Million kuri youtube izindi ndirimbo  “Ijuru Rito (1.2 M Views) imaze imyaka itanu irenga (5ans), indirimbo Mi Casa (2.5 M Views ) imaze amezi 7 arenga.

21750cookie-checkINKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M Views
Previous articleINKURU ISHUSHE : Inyishu ya Sule S Ndimu kumajambo yo muri groupe ya whatsapp Hit Music
Next articleINIKURI ISHUSHE : Boda Boda Band ihurikuri stage imwe na Station Japan Band

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here