Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Inyishu ya Sule S Ndimu kumajambo yo muri groupe...

INKURU ISHUSHE : Inyishu ya Sule S Ndimu kumajambo yo muri groupe ya whatsapp Hit Music

103
0

Sule S Ndimu yashimye kuva mugacerere mukwishura abaririmvyi bamaze imisi bamusuzugura kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye canene cane kuri groupe ya whatsapp yitwa HIT MUSIC ihurikiyemwo abaririmvyi bomuntara ya rumonge na biyita ko basanze bafasha nogukwirikiranira hafi umuziki yo muriyo ntara, ukwifatiza mugahanga uyo mume nyeshamakuru mugukoresha imvugo zo kumu cafuza mukuvugako ari mubica umuziki wiyontara kwataco amaze muguteza imbere umuziki.

Sule S Ndimu Akaba yishuye kwandika kurubuga rwiwe rw instagram ati : “Kuongea sana nidalili ya wehu punguza maneneo siku zisonge mbele vizuri, jina¬†@sules_ndimu likome %amani kwawana .”

Tukwibutse ko Sule S ndimu asanzwe akora ibiganiro bibibiri vy’umuziki Kuri Radio Izere fm yaho nyene muntara ya Rumonge ikiganiro Rumonge Fleva cahariwe abaririimvyi bo muntara ya Rumonge n’ikiganiro African sound kubaririmvyi bokumugabane wa Afrika kandi akaba akora nibikorwa vyo gukora amasanamu clip y’abaririmvyi, akaba ari mubakora clip ziri kugwego rukomeye muriyo ntara.

21631cookie-checkINKURU ISHUSHE : Inyishu ya Sule S Ndimu kumajambo yo muri groupe ya whatsapp Hit Music
Previous articleINKURU ISHUSHE : Kucuro yambere Umuririmvyi Mtu Number One Akora Urudandazwa kuri Instagram Yiwe
Next articleINKURU ISHUSHE : Imana irikumwe natwe | Amajambo ya Christopher Muneza inyuma yogushikana 1M Views

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here